"Be Mine" Texty piesní
„Be Mine“ má texty v jazyku kirundi.
Význam „Be Mine“ pochádza z kirundi jazyka a momentálne nie je prevedený do angličtiny.
#BeMine #WizDesigner #DoubleJay
Stream on All Platforms
CATCH UP WITH WIZ DESIGNER ON :
Facebook :
Twitter :
Instagram:
TikTok :
@wizdesigner257/
Audio: Producted by Joel Houghton & Jigga Beat
M&M : Bob Pro
Video: Directed by John Elart
Stylish:kay-mars
Studio:kuzamuzik
For Bookings On :
wizdesignerbook@
Be mine Lyrics
Da mi gwan.
Da mi gwan
Da mi gwa gwani
Wiz designer
Make me Da Gwani
Da mi gwan
Da mi gwa
Da mi gwa gwani
Gwa gwani.
We Mutima
Ndagukunda rumwe rutitaha
Mubuzima nifuza yuko twoba intatanya
Amaso maa agaragaza urukundo nkukunda mama
Ndagusavye ma
Mberijisho ry’umutima mama
Brig :Jewe mfise indito yogukundana nawe mama
Nyemerera umbere Umuvyeyi wabana banje
Jewe mfise indoto yogukundana nawe mama
Nyemerera umbere Umuvyeyi w’abana banje
Colus :
(I want you to be mine )x4
Vers 2 :
Urakana keza ma nahawe na rugira
Ufise imico nkiya mama indero bikira mariya.
Jewe mbona tuberanye
Jewe mbona dukwiranye
Ni kenshi nihanganye
Uno musi bimenye.
Hmmm baby please
Nyumviriza kidogo
Baby I have to tell you this
Hari jambo ryamize mu muhogo
Kandi burya bimaze imisi.
Jewe mfise indoto yogukundana nawe mama
Nyemerera umbere Umuvyeyi w’abana banje
Colus : (I want you to be mine )